ABAVYEYI BIPFURIZA KAZOZA KEZA URWARUKA BIBARUTSE
Urwaruka n’abavyeyi barashimira cane Ikigo Ubuntu n’amashirahamwe bafadikanya ibikorwa vyo gufasha urwaruka ngo rwubake ikibano ciza na kazoza keza k’urwo rwaruka.
NI IVY’UKURI, URWARUKA TWIPFUZA TWESE KUBANA MU MAHORO N’UBUNTU !
Ikigo Ubuntu kirajwe ishinga n’iki ?

Rwaruka, twubakire kazoza kacu ku Mahoro n’Ubuntu
Kiremwa-muntu yamye na ntaryo yisanzura neza iyo ari mu kibano cubahiriza bose, umuto, umukuru, yaba ari mu bwo-ko ubu canke buriya, mu ntara iyi canke iriya ku buryo abagize ico kibano babana nk’abavandimwe. Iryo ni ryo hangiro nge-nderwako Ikigo Ubuntu cipfuza gushikako.
Emission Ubuntu burihabwa du 26/11/2020
Mobilisation de la population autour des activités socioculturelles
Du 02 au 18 octobre 20119, le Centre Ubuntu appuyé par la Coopération Suisse dans le Projet « Education à la culture de la paix axée sur les valeurs d’ubuntu pour la consolidation du tissu social » a mobilisé les leaders communautaires, les parents, et les autorités locales autour
Formations des jeunes leaders communautaires
Du 03 au 18 septembre 2019, 540 jeunes de nos communautés (Gatara, Matongo, Mubanga, Buganda, Mabayi, Mugara, Giheta, Itaba et Mutaho) ont suivi des formations sur les valeurs d’Ubuntu, la gestion des trau
Centre Ubuntu