AMATEGEKO AVUGA IKI KU BIJANYE N’UBUSHURASHUZI MU BURUNDI ?
Ibwirizwa rihindura igitabu c’amategeko mpanavyaha n° 1/05 ryo 22/04/2009 rirerekana neza ibijanye n’ubushurashuzi, ubumaraya, abo vyega hamwe n’ibihano bijanye. Twashimye rero kubibashikiriza ngo mubimenye ntihagire uwihenda ngo nta mategeko n’amabwirizwa ariho ahana ivyaha mwene ivyo.
Igice ca II : Ivyerekeye ivyaha birtyoza imigenzo myiza y’igihu-gu
Agace ka 1 : Ivyerekeye ugushurashura
Ingingo ya 538 :
Centre Ubuntu