Magazine Ubuntu Burihabwa

URWARUKA, IGITI CIZA CAMA IVYAMWA VYIZA!

Si agaseseshwarumuri aho babiri canke batatu bashize inguvu hamwe ngo barangure igikorwa ciza, ico gikorwa kiraheza kikavamwo ivyiza.

Share

Rwaruka, twubakire kazoza kacu ku Mahoro n’Ubuntu

Kiremwa-muntu yamye na ntaryo yisanzura neza iyo ari mu kibano cubahiriza bose, umuto, umukuru, yaba ari mu bwo-ko ubu canke buriya, mu ntara iyi canke iriya ku buryo abagize ico kibano babana nk’abavandimwe. Iryo ni ryo hangiro nge-nderwako Ikigo Ubuntu cipfuza gushikako.

Share

Ingaruka z’ubumaraya ni nyinshi ku miryango

INTANGAMARARA

Aha mu gihugu cacu c’Uburundi, hari ibibazo abantu ba-hagarikako umutima n’ibindi babona nk’ibisanzwe. Ni ukuvuga ko hari ibibazo bimwe bimwe vyamaze kwiganza gushika n’aho bihuma amaso abantu. Aho rero ni ukuhagabira.

Share

Pages

Back to Top