Magazine Ubuntu Burihabwa

Badandaza namwe banywanyi bo mu mashirahamwe dusubire ku kivi

Mu ntumbero yo gushigikira abenegihugu bakozweko n’ikiza ca corona virisi bahora bakora ibikorwa vyo kwiteza imbere, mu nyuma, bakagira ihahamuka ku rugero rutandukanye kubera ibibazo vy’umurenge-ra,Ikigo Ubuntu gifashwe mu mugongo na PNUD n’i-gihugu ca Suisse, caragiraniye ibiganiro n’abenegihugu bo mu ntara zitandukanye  zo mu gihugu : Cibitoke (Rugombo, Buganda), Bubanza (Gihanga), Bujumbura (Mutimbuzi), Kayanza (Matongo, Kabarore, Kayanza), Ngozi (Busiga, Mwumba, Nyamurenza) kugira gifashe gutekanya imitima yakozweko n’ico kiza ngo basubire mu migambi yabo y

Share

Rwaruka, dukure amaboko mu mpuzu turondere kazoza keza

INTANGAMARARA

Ikibazo co kuronka akazi ku rwaruka mu gihugu cacu kiraraje ishinga abatware, abavyeyi n’urwaruka. Uga-niriye n’urwaruka rwo hirya no hino, rw’aba urutaciye mw’ishure, urwayaciriye hagati canke urwayamaze a-benshi usanga bidoga ko ubukene bubarembeje kandi bari bafise inguvu zo gukora.

Share

UGUSOZERA

 

Muri make, ivyokorwa kugira abantu bakora ibikorwa vy’iterambere baraburabujwe na “corona virisi” baga-hagarika n’ivyo biyungunganyamwo basubire ku kivi:

Abadandaza

  • Borengera ivyabashikiye bakabandanya batara-taza mu bikorwa vyobateza imbere.
  • Kwiyakira bakabona ko ubuzima budaca buha-garara.

Amashirahamwe

Share

INKURU ZITANDUKANYE ZEREKANA INKURIKIZI KU BADANDAZA, KU MIRYANGO NO KU MIBANO

 

Description : IMG-20220407-WA0010

 

Kuyagira abandi ivyagushhikiye bibabaje niyo ntango yo gukira

 

 

  1. Inkuru

Mu biganiro Ikigo Ubuntu cagiraniye n’abenegihugu bo mu ntara zitandukanye  ku vyerekeye inkurikizi ku bacuruza n’abakora ibikorwa vy’iterambere mu gihe ca « corona virisi », ngizi inkuru zitandukanye zashikiri-jwe.

Share

CORONA WE URAKANKOREYE PE. MBURE UMUVYEYI, NKUMIRWE MU KIBANO NONGERE MPOMBE MU RUDANDAZWA

Muri iyi nkuru, Ruzariya ni umukenyezi abanye ne-za n’umushingantahe wiwe Firipo. Aradandaza i-nzoga y’urwarwa amafaranga aronse akayakoresha mu guteza imbere umuryango. Ivyo vyahindutse i-gihe nyina wa Ruzariya agwariye “corona virisi” ikanamuhitana. Inyuma y’aho, Ruzariya yashoye inzoga nkuko yahora abikora, arabura n’umwe amu-gurira kubera ababanyi bari bazi ko nyina wiwe ya-size yandukije umuryango wose, bagatinya kwa-ndura no gupfa.

Share

Tugwanirize hamwe umugera corona dusanasane imitima yakomeretse

Share

URWARUKA, IGITI CIZA CAMA IVYAMWA VYIZA!

Si agaseseshwarumuri aho babiri canke batatu bashize inguvu hamwe ngo barangure igikorwa ciza, ico gikorwa kiraheza kikavamwo ivyiza.

Share

Rwaruka, twubakire kazoza kacu ku Mahoro n’Ubuntu

Kiremwa-muntu yamye na ntaryo yisanzura neza iyo ari mu kibano cubahiriza bose, umuto, umukuru, yaba ari mu bwo-ko ubu canke buriya, mu ntara iyi canke iriya ku buryo abagize ico kibano babana nk’abavandimwe. Iryo ni ryo hangiro nge-nderwako Ikigo Ubuntu cipfuza gushikako.

Share

Pages

Back to Top