ICOKORWA
- Reta:
- Ugukinga ko ubumaraya buba mu gihugu: igikorwa ca mbe-re Reta yokora ni ico kurondera ibituma nya mukuru abo ba-kobwa n’abagore baja muri urwo rucuruzwa rutabahesha icubahiro. Benshi bavuga ko ari ubukene, ariko hari n’ibindi bituma binyegeye tutaramenya. Ivyo bituma bigiye ahabona, niho igikorwa co kurwanya ubumaraya kizoshoboka ;
Centre Ubuntu