UGUSOZERA

 

Muri make, ivyokorwa kugira abantu bakora ibikorwa vy’iterambere baraburabujwe na “corona virisi” baga-hagarika n’ivyo biyungunganyamwo basubire ku kivi:

Abadandaza

  • Borengera ivyabashikiye bakabandanya batara-taza mu bikorwa vyobateza imbere.
  • Kwiyakira bakabona ko ubuzima budaca buha-garara.

Amashirahamwe

  • Yogiranira ibiganiro n’abo bakozweko n’ico ki-za bari basanzwe bakora ibikorwa vyo kwiteza imbere.
  • Yoha inyigisho abakozweko n’ico kiza mu ntu-mbero yo kubaremesha

Leta

  • Yoshinga ikigega c’integabizoza gifasha ababa bakozweko n’ibiza bitandukanye.
  • Kubafata mu mugongo mu kubaha ingurane ku-gira bashobore kunagura imigambi bahora ba-kora.
Share
Back to Top