Football

Muri iki gihe abantu bose bafise ubwoba bwo kwandura u-mugera corona, ubwa mbere bobanza bakamenya ibime-nyetso biranga ico kiza: gushuha, gukorora ata gikororwa kiza, uburuhe utazi ico buvuyeko,...

Abarundi bavuga ko umuntu yamye agirwa n’uwundi, ka-ndi ngo tubiri tuvurana ubupfu, agafuni kabagara ubumwe ni akarenge. Umuco w’ugufashanya wagaragaza urukundo n’ubumwe hagati y’abarundi.
...

Pages

Back to Top