...
M. Placide NTAHONSHIKIYE
I. IGITI CIZA CAMA IVYAMWA VYIZA: UMUGAMBI UMAZE GUSHIKA KU BISHIMISHIJE...
-
Ikigo Ubuntu kirajwe ishinga n’iki ?
...
Kiremwa-muntu yamye na ntaryo yisanzura neza iyo ari mu...
Ugushikiriza
Urwaruka tuvuga ni urwaruka rw’abigeme n’imisore rutagize cane cane amahirwe yo kuja mw’ishure rufise amahirwe make yo gushobora kuronka ibikorwa vyo-...
Imyidogo y’abanyagihugu ishingiye ku ngaruka mbi zite-rwa n’abakobwa n’abagore batunzwe no gucuruza imibiri yabo irafise ishingiro. Ikibabaje gusumba ni uko umengo iyo myidogo ntaho ishika kuko umengo ntawuyakira. Ni...
Wemera Imana canke utayemera, mbega umubiri w’umuntu yaba umwigeme, umugore, umusore canke umugabo, urashobora kuba igicuruzwa ? Kuki ?
Sigura, utange n’uturorero
...
Ibwirizwa rihindura igitabu c’amategeko mpanavyaha n° 1/05 ryo 22/04/2009 rirerekana neza ibijanye n’ubushurashuzi, ubumaraya, abo vyega hamwe n’ibihano bijanye. Twashimye rero kubibashikiriza ngo mubimenye ntihagire uwihenda ngo...
I. UBUMARAYA BISIGURA IKI?
- Ugushikiriza
Kuva isi ibaho hamye...
- Reta:
- Ugukinga ko ubumaraya buba mu gihugu: igikorwa ca mbe-re Reta yokora ni ico kurondera ibituma...