INTANGAMARARA
Ikibazo co kuronka akazi ku rwaruka mu gihugu cacu kiraraje ishinga abatware, abavyeyi n’urwaruka. Uga-niriye n’urwaruka rwo hirya no hino, rw’aba...
INTANGAMARARA
Ikibazo co kuronka akazi ku rwaruka mu gihugu cacu kiraraje ishinga abatware, abavyeyi n’urwaruka. Uga-niriye n’urwaruka rwo hirya no hino, rw’aba...
Muri iki gihe abantu bose bafise ubwoba bwo kwandura u-mugera corona, ubwa mbere bobanza bakamenya ibime-nyetso biranga ico kiza: gushuha, gukorora ata gikororwa kiza, uburuhe utazi ico buvuyeko, guhema nabi, guta ijwi, guta ubushobozi bwo...
Abarundi bavuga ko umuntu yamye agirwa n’uwundi, ka-ndi ngo tubiri tuvurana ubupfu, agafuni kabagara ubumwe ni akarenge. Umuco w’ugufashanya wagaragaza urukundo n’ubumwe hagati y’abarundi.
Uwufise inkoko, igiseke, umubindi w’urukanywa...
...
Muri iyi nkuru, Janine ni umwigeme yamanutse i Buju-mbura gukora akazi ko mu nzu. Yarakora neza akazi aje-jwe, kubw’ivyo, abakoresha biwe baramukunda cane. Aho ikiza “corona virisi” gitereye kw’isi yose, mbere no mu...
Kugira urwaruka rukore ibirama mu kwiteza imbere, rurakeneye abarufata mu mugongo. Abo nabo borushi-gikira ni aba:
Abavyeyi
Bokundisha ibikorwa abana kuva bakiri bato bakabere-ka akamaro kavyo.
...Ikigabane ca mbere
Muri iki gice, batwereka ko Karaveri acira agace uru-ndi rwaruka ku kuntu yakunda kuja kw’i “ligala” aka-nywa ibiyayuramutwe agakina n’akamari. Ingaruka y’ivyo yarakubiswe...