By webmaster on November 15, 2022
Mu ntumbero yo gushigikira abenegihugu bakozweko n’ikiza ca corona virisi bahora bakora ibikorwa vyo kwiteza imbere, mu nyuma, bakagira ihahamuka ku rugero rutandukanye kubera ibibazo vy’umurenge-ra,Ikigo Ubuntu gifashwe mu mugongo na PNUD n’i-gihugu ca Suisse, caragiraniye ibiganiro n’abenegihugu bo mu ntara zitandukanye zo mu gihugu : Cibitoke (Rugombo, Buganda), Bubanza (Gihanga), Bujumbura (Mutimbuzi), Kayanza (Matongo, Kabarore, Kayanza), Ngozi (Busiga, Mwumba, Nyamurenza) kugira gifashe gutekanya imitima yakozweko n’ico kiza ngo basubire mu migambi yabo y
By webmaster on June 24, 2020
By webmaster on January 22, 2020
Si agaseseshwarumuri aho babiri canke batatu bashize inguvu hamwe ngo barangure igikorwa ciza, ico gikorwa kiraheza kikavamwo ivyiza.
By webmaster on November 26, 2019
-
Ikigo Ubuntu kirajwe ishinga n’iki ?

By webmaster on November 26, 2019
Kiremwa-muntu yamye na ntaryo yisanzura neza iyo ari mu kibano cubahiriza bose, umuto, umukuru, yaba ari mu bwo-ko ubu canke buriya, mu ntara iyi canke iriya ku buryo abagize ico kibano babana nk’abavandimwe. Iryo ni ryo hangiro nge-nderwako Ikigo Ubuntu cipfuza gushikako.
By webmaster on November 25, 2019
Du 02 au 18 octobre 20119, le Centre Ubuntu appuyé par la Coopération Suisse dans le Projet « Education à la culture de la paix axée sur les valeurs d’ubuntu pour la consolidation du tissu social » a mobilisé les leaders communautaires, les parents, et les autorités locales autour des activ
By webmaster on November 25, 2019
Du 03 au 18 septembre 2019, 540 jeunes de nos communautés (Gatara, Matongo, Mubanga, Buganda, Mabayi, Mugara, Giheta, Itaba et Mutaho) ont suivi des formations sur les valeurs d’Ubuntu, la gestion des trau
By webmaster on November 24, 2019
DUWAYO Jovith : Ruhororo
Certains jeunes garçons du site et moi avions une mauvaise habitude de maltraiter un garçon de la colline qui venait draguer une fille du site afin qu’il puisse l’abandonner. Donc nous étions des ennemis de la cohésion sociale.
Mais maintenant avec les enseignements du Centre Ubuntu à travers l’animation psychosociale et les enseignements sur les valeurs d’ubuntu, nous avons réalisé que c’est une stupidité et nous avons abandonné un tel genre de comportement.
Pages